Burundi: Young Babou yaronkejwe certificat yerekana ko yanonosoye amasomo y’umuziki

Young Babou yaronkejwe certificat na Marahaba center ,yerekana ko yanonosoye amasomo y’umuziki.

Ni Young Babou azwi kwizina yahawe n’abavyeyi Habimana Cloude , aho asazwe afasha abaririvyi bagiye batandukanye .

Aho anafise umurwi wabaririvyi yise Capital music africa ,aho Young Babou azwi nkumuntu afasha abaririvyi bagiye batandukanye ndeste agashikana impano zabo Kure.

Young Babou akaba anafasha abaririvyi bakiri hafi ndeste bakanashika Kure ,nume mu bantu bafasha abaririvyi ndeste akabashikana Kure hashoboka ,ndeste nindirimbo zabo zigashika mu bihugu bigiye bitandukanye .

Young Babou akaba yaciye aroswa Certificat yerekana kari umuntu azi ivy’umuziki , aho yayironkejwe nikigo ca Marahaba center.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO