Burundi : huguruwe igice ca kabiri ca Miss Burundi 2022

Kuri uyu wa gatandatu, niho haba iyugururwa ry’igice ca kabiri ca Miss Burundi 2022.

Aho kuruno musi igenekerezo rya 19 /02/2022 ariho batanguza Miss Burundi yigice ca kabiri (2e Edition).

Kumwaka aho hatowe abagime bashika bane(4) aho uwabaye uwambere yaronkejwe imodoka hamwe nimiriyoni zibiri(2000000) , uwakabiri akaba yaronkejwe umuriyoni umwe namajanatanu ( 1500000), ndeste nabandi .

Aho igice cakabiri ca Miss Burundi kije kitavyorosha ,aho muri Miss Burundi hasabwa ibi bikurikira :ube urumwigeme , ube uru Umurundi ,ube uzi Kirundi ’Francais ,ube wahejeje amashure yisumbuye ,ube ufise imyaka 19 gushika kuri 25 ,ube ufise uburebure bungana na 1,65Cm ,ube ufise ibiro bingana 65kg, ube Ukiri inkumi (atamugabo ufise ), Ube atamwana ufise .

Aho ubushimwe bazoronka arubu :
.Miss Burundi : Imodoka , hamwe nuguhebwa buri kwezi ,hamwe ndeste bakazomurihira ishuri ryariryo ryose riri mu Burundi ,

.1er Dauphine :2000000, ndeste bakazomurihira ishure nawe

.2e Dauphine : 1500000 , ndeste nawe bakazomurihira ishure

3e Miss popularity : 1000000 ,ndeste nawe bakazomurihira ishuri .

Aho kuva numusi batanguye kwandika bagasaba yuko uwukeneye kwiyandikisha yoshika kubiro vya Miss Burundi ,ndeste mukiyandikisha muciye kuri www.missburundi.com, abari mugihugu hagati bobishira kuri Volcano nahone bishika neza .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO