BURUNDI:Umunyegori w’intamba mu rugamba yaraye akoze amateka mumurwi wiwe wa...
- 16/03/2023 saa 10:07
Cool band nimwe muma groupe ikora muzik live ,aho ihurikiyemwo abaririvyi bagiye batandukanye nka Andy Mwang , Chiko rea , Gretta habonimana ,Olga .
Cool band aho irimwo abaririvyi babikora neza ,ndetse banafise ibikorwa vyashitse kure , ugiye kuraba nka Andy mwang ,olga , chiko rea , abo baririvyi banafise ibikorwa vyabo bwite vyashitse kure .
Cool band aho numusi iza kuba iriko irateramisha abantu ikigali ,aho aza kuba ari AT FUCHSIA LOUNGE kwa Jules kuri Remera kisimenti , aho basaba Abanyarwanda bse kuza kubashigikira kugira babanezereze.