D lay ahejeje gushira hanze indirimbo yiwe yise ’’Umfate’’

D lay yashize hanze indirimbo yiwe yise ’’Umfate ’’.

Ni D lay novuga yuko ari mu baririvyi bakiri bato cane , aho akomoka mu gihugu cu Burundi .

D lay kuruno mwanya akaba ahejeje gutera ubwoba Abarundi bivanye n’indirimbo ashize hanze abenshi bakaba bibajije kari Umunyarwanda kubera ijwi ryiwe .

D lay akavuga yuko yohabwa umwanya kugira ijwi ryiwe rishike Kure , iyo ndirimbo ’’Umfate’’ akaba arindirimbo nziza cane kuburyo abenshi batangajwe nimpano yuwo musore D lay .

D lay akaba ari muri team ya MDE (Méga dream entertainment) aho irimwo abaririvyi babiri bakiri bato cane bakomeye .

D lay akaba yasavye abakunzi b’umuziki Ndundi kumushigikira kugira ashike Kure.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO