UBURUNDI:D one yashize ahabona indirimbo yise ’’Zéro ’’

D one numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cu Burundi bariko babikora neza cane ndetse yamaze gushira ahabona indirimbo nsha yise Zero.
D one aho novuga yuko ari mu umuririvyi ukorana na Iteka Music , aho Iteka Music isazwe ifise na Radio ibikora neza mugisagara ca Bujumbura izwi nka Iteka FM .
D one aho afise ibikorwa vyishi cane vyashitse kure cane , ndetse vyatumye amenyekana Kure hashoboka .
D one aho afise indirimbo zakuzwe cane nka :’’Wainting’’ , ’’Love Connection’’ , ’’Morning love ’’ , ’’Umunyuka’’ , Hamwe niyindi yise ’’Miss Burundi’’,.
D one tubibutse koyigeze kuba ahinyanyura imiziki , muga aja kuronka uwumufasha ashika kuntengo yashaka .
D one Ubu ngubu mu Burundi akaba ari mubaririvyi bakuzwe cane ,aho novuga yuko yashize ahabona indirimbo yiwe yise ’’Zéro’’ ikaba iri kuma platform.