Da prince aherutse gushira ahabona indirimbo yise ’’On fire’’

Da prince aho aherutse gushira hanze indirimbo yise ’’On fire’’.

Da prince numwe mubaririvyi babarundi , aho novuga yuko arumusore akiri muto cane .

Da prince novuga yuko ariho agitangura umwuga wu muziki , aho muga yatangaje benshi , aho novuga yuko afise indirimbo zitarenga zibiri gusa ’’On fire’’ hamwe na ’’Thank you’’ , izo ndirimbo kari zibiri aho novuga yuko ziriko zifata inzira nziza cane .

Da prince aho indirimbo ziwe ziriko zakirwa neza nabakunzi bumuziki ndundi , aho asaba abakunzi bumuziki bari hirya nohino kumushigikira kugira ashike kure .

Aho aherutse gushira ahabona indirimbo yise ’’On Fire’’ ,indirimbo imeze neza cane , ndetse yanditse neza , aho yanatangaje benshi cane .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO