BURUNDI:Ednaky yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira ashire hanze indirimbo yise ’’Meze Neza’’

Ednaky yamenyeshe abakunzi b’umuziki ndundi kagira abazanire indirimbo yise ’’Meze Neza’’

Ednaky hari haheze amezi atandatu (6),ari mugacerere ,aho nyuma yayo mezi atandatu yari yashize indirimbo yise ’’Kuki Wahindutse ’’.

Ednaky aho novuga yuko yatanguye umuziki kera , aho n’indirimbo yamenyekanye cane izwi kw’izina rya ’’Kiradodora’’.

Aho Ednaky uravye inyumz yiyo myaka yose yaheze ataririmba ,agaca aza n’indirimbo ’’Kuki wahindutse’’ yakiriwe neza cane , aho iyo ndirimbo yakuzwe na benshi .

Ednaky bikumvikana umudiho aririmbamwo kari umudiho udakuzwe kumvikana mugihugu cu Burundi .

Kuruno mwanya Ednaky akaba agira abazanire indirimbo yise ’’Meze Neza’’ , aho ari ndirimbo ikozwe neza cane .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO