Ednaky yashize ahabona indirimbo yise ’’Kuki wahindutse’’

Ednaky numuririvyikazi asazwe akomoka mugihugu cu Burundi , aho novuga yuko yatanguye umuziki muri 2005 .
Ednaky aho yatanguye kuririmba mu ndirimbo yitwa ’’Kiradodora’’ iyo ndirimbo aho yamenyekanye ahantu henshi hashoboka , ndetse nubu ikaba inakuzwe ,
Aho 2007 yashinze inzu yoguhingura amasanamu gushika muri 2010 aho yitwa NakLion Studio.
Aho Ednaky haciye hahera imisi myishi ataboneka mumuzi ndundi , aho yaciye asimbira inyuma y’igihugu aza kugaruka 2018 , aho yaciye ashika akora umuziki .
Ednaky aho ashimira jospin yamuhamagaye kugira asubire kuririmba aho hari muri Bahari studio, akavuga kariwe yatumye asubira kuririmba.
Ednaky hakaba heheze imisi 4 ashize ahabona indirimbo yise ’’Kuki wahindutse’’
Kuki wahindutse by ednaky