El pro ashize hanze indirimbo irikumwe namasanamu yise ’’Ntamyakijana’’

El pro numwe mubaririvyi babarundi babikora neza cane ,aho novuga yuko akomoka mugisagara ca Bujumbura .

El pro aho afise ibikorwa vyinshi vyakuzwe nabantu bagiye batandukanye , ndetse binagera kure hakomeye cane.

El pro kuruno musi niho yashira hanze indirimbo yise ’’Ntamyakijana’’aho hari haheze imisi myinshi ataboneka muri music yu Burundi .

El pro akaba arumuririvyi afise amajambo yisangije , aho nimugihe usanga aca akudwa nabantu benshi gose .

El pro aho hari haheze amezi abiri ashize hanze indirimbo yise ’’Umukenyezi ’’ , aho vyanezereye abigeme benshi cane gose , bica bituma atumwako ngo ayiririmbe kumusi wabakenyezi.

El pro ubungubu akaba yabazaniye ’’Ntamyakijana’’ , akaba arindirimbo imeze neza cane .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO