UBURUNDI: Erickson yashize ahabona indirimbo yise ’’ivyishimo’’

Erickson aho yasingije abarundi indirimbo yise ’’Ivyishimo’’,iyo ndirimbo akaba ariyo kuhayagiza igi police cu Burundi.

Erickson numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cu Burundi , Erickson akaba arindirimbo yambere ahereyeko .

Aho nimugihe kuco batazi kuri Erickson ,aho asazwe arumu police wu Burundi , aho abenshi bibaza nigute kuririmba yobifadikanya nakazi kigi police.

Erickson akaba yatubwiye vyinshi cane , aho avuga yuko yipfuza kuzoza arakora cane cane indirimbo zihayagiza igihugu cu Burundi , aho nimugihe niyo ndirimbo ’’Ivyishimo’’ yariko ahayagiza igipolice cu Burundi.

Erickson agasaba ubufasha kubabijejwe kugira ashike kure ,akavuga ati : jewe nubwo ndumu police nditeguye nogukora umuziki ndundi.

Erickson hakaba haheze imisi cenda gusa ashize hanze indirimbo yise ’’Ivyishimo’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO