Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
Fabilove yamenyesheje abakunzi b’umuziki wa HIP HOP kagira abazanire EP ,akaba atashimye kutubwira izina ryayo.
Ni Fabilove asazwe arumuririvyi w’Umurundi ,akaba aririmba imidiho ya HIP HOP .
Aharurwa mu baririvyi ba mbere baririmba HIP HOP , aho novuga yuko yanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook abwira abakunzi b’umuziki ndundi kagira abazanire EP .
Ni Fabilove harihaheze amezi 4 ataririmba ari wenyene ,ahubwo aboneka muma Collabo menshi , ivyo bikaboneka karivyo vyariko bituma ashika kure.
Fabilove akaba ari mu baririvyi baririmba HIP HOP batavanga n’iyindi midiho,ivyo bigatuma yiyita kariwe mu Rapeur wenyene mu Burundi, aho abandi ba Rapeur babimuhora .
Fabilove akaba yamenyesheje abakunzi b’umuziki wa HIP HOP kagira abazanire EP ,akaba atashimye kutubwira izina ryiyo EP ,akavuga yuko vuba igiye kuza.