Future Destin yashize indirimbo yiwe hanze yise ’’NGOJA’’

Future Destin yashize hanze indirimbo yise ’’NGOJA’’ ,aho ari kumwe n’abaririvyi bakomeye cane bo mu gihugu ca Tanzaniya .

Future Destin akaba arumuririvyi yamuka mu gihugu co muri Congo ,ariko akaba akorera umuziki we muri Australie.

Future Destin akaba yaraheruka gushira hanze indirimbo arikumwe n’umuririvyikazi yamuka mu gihugu cu Burundi uwo muririvyikazi akaba azwi kw’izina rya Natacha.

Aho uyo muririvyikazi abeshi bamuzi mugihugu cu Burundi kari umuririvyikazi akomeye cane .

Aho iyo ndirimbo yashiste ahantu hagiye hatandukanye ,aho iyo ndirimbo bari bayise ’’TO’ETE’’ iyo indirimbo bakaba ariyo basubiyemwo , iyo ndirimbo ikaba yarashiste ahantu hakomeye cane.

Future Destin akaba ari mu baririvyi bafise impano ikomeye cane ,aho ibikorwa vyiwe bishika ahantu hagiye hatandukanye.

Future Destin akaba yashize hanze iyindi ndirimbo arikumwe n’abaririvyi bamuka mu gihugu ca Tanzaniya ,aho ari Joël Lwaga hamwe na Stamina, aho iyo ndirimbo bayise ’’NGOJA’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO