Geo star yashize ahabona indirimbo yise ’’Mfata’’

Geo star ahejeje gushira ahabona indirimbo yise ’’Mfata’’.
Ni Geo star asazwe arumuririvyi w’umurundi , aho avuka muri Province Ngonzi , Geo star aho novuga yuko arumuririvyi aje neza cane.
Geo star aho indirimbo yambere yasubiyemwo indirimbo y’icamamare Bruce Melody ,aho yasubiyemwo indirimbo yitwa ’’Bado’’.
Geo star boy kuruno mwanya akaba ashize ahabona indirimbo yiwe bwite yiyandikiye wenyene ariyo ’’Mfata ’’ aho atamwanya urahera ayishize ahabona .
Geo star agasaba abarundi ndetse nabarundikazi kumushigikira kugira ashike kuntego ziwe .