Godas Muhoza yashize ahabona amasanamu y’indirimbo ’’Hujali’’

Godas Muhoza aho aheruka gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ’’Hujali’’
Godas Muhoza numwe mubaririvyikazi babarundi bariko babikora neza ,
aho novuga yuko asazwe akomoka mugihugu c’uburundi .

Godas Muhoza aho novuga yuko hari haheze imyaka ibiri atariko araboneka mumuziki ndundi , akavuga yuko Ubu aje ubutagisubira inyuma .

Akabandanya asaba abakunzi b’umuziki ndundi kumushigikira , aho novuga yuko indirimbo yiwe yambere itafashe inzira ariko ukabona neza yuko indirimbo yiwe yise ’’Hujali ’’ ije kumushikana kuco iyambere itamushikanyeko .

Indirimbo ’’Hujali ’’ aho iri mururimi rw’igiswahili , aho wumva yuko arindirimbo nziza ndetse ikanaruhura umutima , Godas Muhoza aho avuga yuko kuba igikorwa c’ambere ataho cashitse ubungubu ’’Hujali ’’ ije kubikora .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO