Godas Muhoza yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abahe indirimbo yise ’’Hujali’’

Godas Muhoza numwe mubaririvyikazi babarundi basazwe bakora umuziki uri mujyana ya sekira, aho asazwe abikorera mumahanga .

Godas Muhoza arabamenyesha yuko vuba cane agira abazanire indirimbo yise ’’Hujali’’.

Godas Muhoza akaba yamenyesheje abakunzi bu muziki ndundi kagira abahe akaririmbo yise ’’Hujali ’’ , aho novuga yuko mwiyi Weekend ayibazanira .

Aho novuga yuko hari haheze igihe kinini ataboneka , muga Ubu agira aze nakaririmbo karyoshe cane .

Bikaboneka yuko abigeme babaririvyikazi babarundi bariko batavyorosha , hakaba haje uyu nawe Godas Muhoza .

Iyo ndirimbo ’’Hujali’’ ikazozanana namasanamu yayo ,aho novuga yuko yakozwe numwe mubagabo batavyorosha mu gihugu cu Burundi azwi kwizina rya Logic jamal , numwe mubantu bakora amasanamu meza cane .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO