UBURUNDI: intamba mu rugamba ziraza gutana mumitwe na Namibie

Uyu numusi umurwi serukira gihugu (intamba mu rugamba )wu Burundi niho uza gutana mumitwe na Brave wariors ba Namibie.

Numusi itariki 04/06/2022 , niho Intamba mu rugamba ziza gutana mumitwe na Brave wariors ba Namibie .

Aho aza kuba ari nkino zogukurakuramwo za CAN Côte d’ivoir 2023, bivanye nuko Namibie ikibuga cabo kitikwije vyabaye ngobwa kitiza ikibuga muri Africa yepfo , FND stadium nico kibuga kiza kuberako urwo rukino .

Ico kibuga kikaba kiri mugisagara ca johannesburg, ico kibuga kikaba cakira abantu bagera kuri 94700.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO