Intamba mu rugamba zashitse Dar es salaam kwitegurira urukino bazohura na Cameroun

Umurwi userukira gihugu cu Burundi intamba mu rugamba ,wamaze gushika mugihugu ca Tanzanie ,aho baje bava muri afrika yepfo .

Amakuru dukura Dar es salaam ,nuko umurwi userukira gihugu cu Burundi intamba mu rugamba ,zashitse mugatondo kuwu wambere ,zivuye muri africa yepfo.

Aho zashikiye mwi hôtel yitwa Rohana johari iri hafi yi bahari Indien , aho numusi ariho baza gukora imyimenyerezo isaha cumi n’imwe zumuhingamo .

Aho intamba mu rugamba zaje kwitegurira urukino bazohura na Cameroun .

Ikindi naco n’uko hajo manara yiteguye guhimiriza abarundi ndetse nabatanzaniya kuza gushigikira umurwi w’intamba mu rugamba

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO