BURUNDI:John elart yabonetse ariko akorera amasanamu Bruce melodie

John Elart yabonekanye ariko ariko afata amasanamu Bruce melodie.

John elart numwe mubarundi bakora amasanamu neza ,aho novuga yuko amaze gukora amasanamu menshi yabaririvyi bagiye batandukanye

Aho novuga yuko kuruno mwanya abarizwa mugihugu cu Rwanda , aho ariko akora amasanamu y’indirimbo shasha y’umuririvyi akomeye cane Bruce Melodie .

Aho John Elart murikino gihe ariko abikora neza gose , ndetse uravye n’indirimbo akoreye amasanamu zigera kure gose .

John Elart akaba yarezwe na Bantu Bwoy , isazwe ikomeye cane mugihugu cu Burundi , aho novuga yuko ariyo yamureze , Bantu Bwoy ikaba irimwo igihangage mu muziki ndundi ariwe Big Fizzo.

<

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO