UBURUNDI:Jose Chameleone yakiriwe nkumwami mu Burundi

Biliman Boy ( Double Jay , Kirikou A Kili ) Alvin Smith , Iry tina ,abo akaba aribo baririvyi babarundi bazoririmba kuri stage imwe na Jose Chameleone.

Ni mugihe Jose Chameleone yatumiwe mu Burundi kugirango anezereze abakunzi bumuziki ndundi , aho novuga yuko ariteka kumuziki ndundi .

Ni mugihe ico giteramo categuwe na Cristal Event Présent , aho banabategura ibitaramo buri mwaka bakazana umuririvyi akomeye cane .

Ivyo vyose bikaba vyateguwe nuwitwa DJ poulin , aho uwo mugabo ari kizigenza mu muziki ndundi , aho yama yateye iteka igihugu cu Burundi .

Mwico gitaramo hakaba hateguwe abaririvyi babarundi bagera kuri bane(4) bazoririmba kuri stage imwe na Jose Chameleone ,aho ari : Biliman Boy
( Double Jay , Kirikou A Kili )Alvin Smith , Iry tina .

Abo akaba aribo baririvyi babarundi bateguwe karibo bazoririmba kuri stage imwe na Jose Chameleone .

Ico giteramo kikaba kizoba igenekerezo rya 14/05/2022 , aho azoba arejo bukera ku musi wa gatandatu , bikazobera kuri Entente Sportive .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO