Kingorongoro yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abazanire indirimbo nsha

Kingorongoro yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abazanire indirimbo nsha yise ’’1k Flows’’.

Kingorongoro numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cu Burundi , aho novuga yuko arumwe mubaririvyi bamaze kwandika amateka menshi ashoboka.

Kingorongoro aho hari haheze indwi zitatu (3) ashize hanze indirimbo yise hora , uyu muririvyi aho novuga yuko arumwe muba rappeur bakomeye cane mugihugu cu Burundi.

Kingorongoro aho inyuma yamezi atatu (3mois) , aho yashize hanze indirimbo yise ’’Nje Nje’’ iyo ndirimbo ikaba yaravugishije abantu benshi cane ,aho iyo ndirimbo yayikoranye numwe muba comédie bakomeye cane mu Burundi azwi kw’ izina rya Mutima Le Comédie .

Kingorongoro Ubu akaba yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abazanire iyi ndirimbo yise ’’1k Flows ’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO