Kirikou na Double Jay kuncuro yambere barujuje Umuriyoni w’abarabye ’’Ibisusu’’

Double Jay na Kirikou kuncuro yambere barujuje Umuliyoni y’abantu barabye indirimbo yabo bise ’’Ibisusu’’

Aba basore nibamwe mubaririvyi bariko babikora neza ,aho novuga yuko ari bamwe mu baririvyi babikora neza.

Aho nimugihe bahora mumurwi wa Bantu Bwoy muga bikaba bitakunze kobagumayo aho novuga ubu bonyene basigaye bikorana kugiti cabo .

Aho Double Jay na Kirikou bagumanye bakorana biboneka yuko ubucuti batanguranye bakiri muri Bantu Bwoy bwagumye buhari ,akaba arivyo bituma baguma batera imbere.

Kurino saha nuno mwanya aho Double Jay na Kirikou kundirimbo bakoranye bise ’’Ibisusu’’ Ubu ngubu yujuje umuriyoni umwe (1M) w’abantu bayikurikiranye ,ivyo bikaboneka yuko umuziki ndundi uriko urafata inzira .

Aho aba basore indirimbo yose bakoze usanga ifashe inzira ,igakudwa nabantu batari bake , aba basore bakaba bari no muri Band imwe yitwa Biliman Boy.

Reba Ibisusu ya Double Jay na Kirikou hano

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO