Kivumbi King aherutse gushira hanze indirimbo arikumwe na Kirikou Akili aho bayise ’’Yalampaye’’

Kivumbi king yashize ahabona indirimbo yise ’’Yalampaye ’’ aho yarikumwe na Kirikou Akili

Kivumbi king numwe mubaririvyi bakomeye bu Rwanda , aho novuga yuko amaze gukora ibikorwa vyishi vyashitse m’umitima yabantu .

Kivimbu king aho novuga yuko aherutse gushira hanze indirimbo yise ’’Yalampaye’’ aho iyo ndirimbo iriko ivugisha benshi cane .

Aho yayikoranye n’umuririvyi akomeye cane akomoka mu Burundi azwi kw’izina rya Kirikou Akili , aho ari mu murwi witwa Biliman boy , uwo muririvyi bikaboneka neza murikino gihe kariko akorana ingumvu nyishi zidasazwe , aho abenshi mumuzi mundirimbo iriko irasirikira hirya nohino ’’Inzoga N’baby’’aho yarikumwe na Bruce melody akomoka mugihugu cu Rwanda .

Bikaboneka neza yuko abaririvyi babarundi bariko barakorera mubumwe nabanyarwanda .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO