Landry Promoter yageneye ubutumwa bukomeye ugwaruka rw’Uburundi

Landry promoter azwi nkumu journaliste akomeye cane muburundi ,aho azwi kwizina yahawe nabavyeyi Iradukunda pacheri ,akaba yaravuste mu mwaka wa 1998,aho yavukiye mugatumba ,munyuma baza kuba mukamenge intara ya Bujumbura .

Landry promoter yatanguye gukora aza aramenyekanisha ibintu kurubuga rwa Facebook ,munyuma aza gukora muri waka light tv .

Landry promoter agishika muri waka light tv yarahinduye ibintu vyinshi kuburyo waka light tv iharurwa muzambere .

Munyuma landry promoter aza kuja mumpimba bivuye kukiganiro yakoresheje umuririvyi yitwa o.l.g_olegue ,aho yamazeyo imisi itari mike.

Munyuma landry promoter yaje kuva mumpimba ,haraheze imisi mike nawe aca ashira Tv yiwe ahabona yise HIT TOP Tv.

Landry promoter niyaciste intege yagumye akora kugeza yaho TV yiwe iboneka muzambere mu Burundi .

Mwuyu mwaka nyene Landry promoter kuronka umuntu amutera iteka amuha bureau yugukoreramwo itangaje cane ,aho ariyo nziza cane mu Burundi .

Landry promoter akaba yavuze ijambo rimwe ati "Rwaruka mukure amaboko mumufuko dukore ,twongere dukorere igihugu catuvyaye ,ati iyo unaniwe uba wateguriwe kunanirwa. "

Ntitwigera Tunanirwa akaba ariryo jambo bakoresha muri Hit top tv.

Landry arasaba ugwaruka gukora cane.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO