UBURUNDI:Lolilo yashize hanze indirimbo arikumwe na Me Blue

Lolilo aho yaraye ashize ahabona indirimbo arikumwe na Mr Blue ndetse iyo ndirimbo bayise Je na We .

Ni Lolilo aho yarakumbuwe na benshi , aho Ubu avuga yuko aje ubutagisubira inyuma , aho muzi yuko afise ama collabo menshi nabaririvyi bakomeye cane mugihugu ca Tanzaniya .

Ubu Lolilo akaba agira aze nama collabo menshi yomwico gihugu , aho avuga yuko ari collabo zibiri, Ubu akaba yaraye ashize hanze indirimbo arikumwe na Mr Blue aho bayise ’’Je Na We’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO