MB Data yashize hanze indirimbo yise ’’Why’’

MB Data yashize hanze indirimbo yise ’’why ’’ indirimbo imeze neza cane ,aho haheze amasaha atatu gusa ayishize hanze.

MB Data numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cu Burundi , ndetse akavuka mugisagara ca Bujumbura .

MB data aho novuga yuko yamenyekanye mundirimbo nyishi zigiye zitandukanye , ndetse zikudwa nabenshi cane .

MB Data yahoze afashwa na MA production , aho novuga yuko bavanye nabi cane ,bica bituma mwico gihe umuziki wiwe usubira hasi cane .

MB Data ntiyacitse intege ahubwo yagumye akora ,akoresha inguvu zose kugira umuziki wiwe ugume kuri rwarugero nyene.

Mwico igihe ava muri MA production ,yarakoze ibikorwa vyinshi biramenyekana cane ndetse binatangaza nabenshi cane .

MB Data ubu ngubu ntahengeshanya kuryohera abakunzi bumuziki ndundi ,ndetse ibikorwa vyiwe ntibireka gushika kure.

MB Data ubungubu akaba asubiye kubazanira akaririmbo kameze neza cane ndetse kanaryoshe cane ,aho yakise ’’Why’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO