Madiba Tha Classic twavumbuye kwagira ashire hanze ikindi gikorwa

Ni Madiba Tha Classic twavumbuye kwagira ashire hanze ikindi gikorwa , aho abakunzi b’umuziki ndundi berekanye urukundo bari bafitiye Madiba Tha Classic.

Ni Madiba Tha Classic aho asazwe arumusore akiri muto akomoka mu gihugu cu Burundi , aho yaramaze imisi ataboneka mu muziki ndundi .

Madiba Tha Classic aho yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’UYUMUSI’’ ,aho yakuzwe n’abatari bake ndetse iranashika Kure.

Madiba Tha Classic aho twavumbuye kwagira ashire hanze indirimbo shasha ,aho nimugihe kuri status yashizeko avuga aya majambo ’’NI YA MUNENE’’abakunzi b’umuziki ndundi bakibaza mbega Madiba Tha Classic yoba agira azane ikindi gikorwa.

Aho abakunzi b’umuziki ndundi berekanye urukundo bari bafitiye Madiba Tha Classic ,aho nimugihe ama commentaires meshi wabona ko bakumbuye umuziki wa Madiba Tha Classic.

Aho twegereye Madiba Tha Classic aho yatubwiye ko umuziki ari ukwitonda atari guhabuka , ivyo bikaba vyabonetse neza kagira ashire ikindi gikorwa hanze .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO