Meili yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abazanire indirimbo yise ’’Nampenda’’

Meili numwe mubaririvyikazi bakomoka mugihugu cu Burundi , aho asazwe avuka muri province Bujumbura nyene , aho novuga yuko kuruno mwanya amaze gukora ibitari bike vyatumye amenyekana heshi hashoboka.

Meili aho novuga yuko yaramaze imisi mugacerere , aho yari yabasigiye indirimbo yise ’’Pam Pana’’ , iyo ndirimbo yarashitse Kure cane , aho novuga yuko ari ndirimbo nziza cane .

Aho ugiye nokundirimbo yakoze yise ’’Arabesha’’ iyo ndirimbo yarageze Kure cane , uwo muririvyikazi bivuye kukuntu yitanga mugukora akazi kiwe ,usanga igikorwa ciwe giteguwe neza , aho akoze indirimbo yiwe itegerezwa kumenyekana heshi cane .

Ubu akaba yabamenyesheje kagira abazanire indirimbo yise ’’Nampenda ’’ , aho bose bayiteze , bivuye ku nkumbu abafana bari bamufitiye.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO

To show your avatar with your message, register it first on gravatar.com (free et painless) and don’t forget to indicate your Email addresse here.