Sailo Soldier Boy yashyize ahabona indirimbo nshya

Sailo soldier boy yashize ahabona indirimbo yiwe yise ’’Mess des officiers
numwe mubaririvyi bariko babikora neza ,aho novuga yuko asazwe arumusirikare akora akazi kumuziki ndundi .

Sailo soldier boy afise indirimbo nyinshi zigiye zitandukanye ndetse zihayagiza igihugu cu Burundi , aho novuga yuko afise ibikorwa vyinshi vyashitse kure .

Sailo soldier boy agasaba abakunzi bumuziki ndundi kumushigikira kugira ibikorwa vyiwe bishike Kure .

Sailo soldier boy aho aheruka gushira hanze indirimbo iri mubwoko bwa reggae , aho iyo ndirimbo wumva neza kwihayagiza igisirikare .

Iyo ndirimbo akaba yayise ’’Mess des officiers’’ , sailo soldier boy akaba ashira imbere guteza imbere igihugu camwibarutse ,bivanye nindirimbo akunda gukora .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO