Abigeme 25 bazohiganirwa ikamba rya Miss Burundi 2022

Miss Burundi yamaze kwerekana abigeme 25 bahiganirwa ikamba rya Miss Burundi y’umwaka wa 2022.
Abigeme 25 akaba aribo bazohiganirwa ikamba rya Miss Burundi 2022 ,tukibaza mbega aba bigeme bivanye n’imigambi yabo ninde azoritahukana .
1. BIRASA LIESSE DELICE
Akaba yaserukiye province Ngozi
2.DUSHIME CHARMENE
Akaba yaserukiye province Cibitoke
3.EGERIMANA CARLA STESSY
Akaba yaserukiye province Bujumbura Rural
4.GATEKA ARLENE PRINCIA
Akaba yaserukiye province Bururi
5.ISHIMWE CAPY CHANELLE
Akaba yaserukiye province Bujumbura Mairie
6.ISHIMWE LYSE LADIA
Akaba yaserukiye province Ngozi
7.ISHIMWE AIMEE GLOIRE
Akaba yaserukiye province Makamba
8.ININAHAZWE MARIE CHELSIE
Akaba yaserukiye province Gitega
9.IRAKOZE NASSRA
Akaba yaserukiye province Bujumbura Mairie
10.INGABIRE BENNY ANNAISE
Akaba yaserukiye province Kirundo
11.INAJAMBO MARIE REINE
Akaba yaserukiye province Bujumbura Mairie
12.IRAKOZE LADOUCE
Akaba yaserukiye province Rumonge
13.INEZA NANOU CIELLA
Akaba yaserukiye province Muramvya
14.IRADUKUNDA CHRISTA ARDENE
Akaba yaserukiye province Kayanza
15.KAZE SHEILA
Akaba yaserukiye province Bujumbura Rural
16.KANYANGE DANNY BELYSE
Akaba haserukiye province Mwaro
17.MUHOZA AIMEE CHERSY
Akaba yaserukiye province Muramvya
18.MWITENEZA STEFFIE MAIZA
Akaba yaserukiye province Bujumbura Mairie
19.NGARUKO KELLY
Akaba yaserukiye province Bujumbura Mairie
20.NIMUBONA GABRIELLA
Akaba yaserukiye province Bujumbura Mairie
21.NISHIMWE NICE
Akaba yaserukiye province Mwaro
22.NISHIMWE EMELYNE ALICIA
Akaba yaserukiye province Gitega
23.NDAHIRO MEGANE
Akaba yaserukiye province Karuzi
24.NITEKA MARVELLA
Akaba yaserukiye province Bujumbura Mairie
25.SEZERANO ARLENE ANTOINE
Akaba yaserukiye province Bubanza
Abo akaba aribo bigeme bariko bahiganirwa ikamba rya Miss Burundi 2022.