Mt Monada yashize hanze indirimbo yise ’’A mon ex’’ aho arikumwe na Yann jobel

Mt Monada akaba yashize ahabona indirimbo yise ’’A mon ex’’ akaba arikumwe na Yann jobel.

Ni Mt Monada asazwe arumuririvyi akiri muto cane ndetse numuririvyi Yann Jobel , aho novuga yuko batangaje abantu benshi bivanye nibdirimbo bashize hanze .

Mt Monada agasaba abakunzi b’umuziki ndundi kumushigikira kugira bashike Kure , aho iyo ndirimbo bashize hanze bayise ’’A mon ex ’’, iyo ndirimbo ikaba irimwo amajambo meza cane .

Abenshi bakaba batangajwe nabo bana bakiri bato , bivanye n’indirimbo banditse .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO