Ngaruko Kelly yaraye atahukanye ikamba rya Miss Burundi 2022

Ngaruko Kelly yaraye atahukanye ikamba rya miss Burundi 2022

Mw’ijoro ryaraye riheze niho habaye grande finale ya Miss Burundi 2022 , aho novuga yuko Miss Burundi 2021 yari yatahukanye umwigeme azwi kw’izina rya Iteka Lyvia Thiana .

Muri rino joro ryaraye riheze ,uwatahukanye Miss Burundi 2022 akaba yitwa Ngaruko Kelly , aho novuga yuko vyari ibintu bibereye ijisho .

Uwabaye ,
1ere Dauphine : Sezerano arlène Antoine

2eme Dauphine :Ishimwe Aime Gloire

Miss popularity : Ndahiro Mégane

Bikaba vyaribintu vyiteka ku Burundi , Tukaba dukeje abaraye batahukanye ikamba rya Miss Burundi 2022.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO