Uno Musi Niho Bantu bwoy Yashira Ahabona Igikorwa ca festival de l’indépendance

Uyumusi akaba ariho bantu bwoy yatanguza igikorwa ca festival de l’indépendance 2éme édition

Bantu bwoy ikaba ikorera mugihugu cu Burundi , akaba ari label isazwe ifasha abaririvyi .

Aho Bantu bwoy yari iheruste gukora 1er édition 2021 aho yabereye aha mugisagara ca Bujumbura .

Bantu bwoy aho yama ikora Festival de l’indépendance , mukuninahaza umusi mukuru wokwikukira 1/07 /2022.

Bantu bwoy ikavuga yuko iyo Festival izoba ije gufasha abaririvyi bakiri bato , kugira baronke amahirwe yo kuririmbira kuri stage , ngo igikuru azoba arukwerekana impano z’igihugu cu Burundi.

Bantu bwoy ikaba izokorera Festival mu Ntara zitatu , aho ari :Bujumbura , Rumonge , Cibitoke.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO