Nyaxo yamaze gutandukana na Afrimax TV

Nyaxo yatangaje ko atakiri kumwe na Afrimax TV ,akaba yavuze y’uko ku munsi w’ejo azomenyesha urubuga mugiye kuza murasanga ko ibikorwa bisha bya Nyaxo Comedy.

Nyaxo umwe mu basore bamenyekanye cyane muri comedy yatangaje ko yamaze gutandukana na Afrimax TV yanyuragaho ibikorwa vye abinyujije ku rubuga rwa Instagram.

Ni umusore akiri muto cyane asazwe akina comedy ,aho arumwe mu basore baryohera abantu mu Rwanda.

Kugeza ubu yamaze gutandukana na Afrimax TV aho yavuze ati:’’ Reka nshimire burumwe wese akunda @therealNyaxocomedy Kandi udahwema kudushyigikira, nyuma y’imyaka ibiri nkorana na Afrimax TV ,ubu namaze kuvana Nayo muburyo bwiza."

Akaba yaciye atanga itariki azokwerekanako urubuga rwiwe muzoza murarabirako ibikorwa vyiwe ,aho azoba ari ku musi w’ejo tariki 12/03/2022.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO