Pamy Queen ahejeje gushira ahabona indirimbo yise ’’Tera Intambwe’’

Pamy Queen numwe mubaririvyikazi basazwe bakomoka mugihugu cu Burundi ,aho novuga yuko ariko arakora neza cane ndetse ahejeje gushira ahabona indirimbo ye yise ’’Tera Intambwe’’.

Pamy Queen hari haheze igihe kinini ataryohera abakunzi bumuziki ndundi , Ubu akaba yaje nindirimbo nziza cane gose .

Pamy Queen hakaba hari haheze amezi cenda (9mois) Ashize indirimbo hanze yise ’’Mwiza’’ aho yarikumwe numuririvyi azwi kw’izina rya Crown Rema , iyo ndirimbo ikaba yarakuzwe cane bivanye nukuntu ikoze .

Pamy Queen Ubu naho akaba abazaniye ikindi gikorwa ari wenyene yise ’’Tera Intambwe’’ , nindirimbo nziza cane ndetse irimwo namajambo meza cane , ubu ikaba yamaze gushika kurubuga rwa YouTube .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO