R Flow ft Vania Ice bashize hanze indirimbo bise ’’Low key’’

R Flow na Vania Ice bahejeje gushira hanze indirimbo bise ’’Low Key’,
R Flow numuririvyi akomoka mu gihugu cu Burundi , aho novuga yuko yatanguye umuziki kera cane .

R Flow aho afise indirimbo nyinshi zageze Kure cane hashoboka , aho novuga nkomugihugu kibanyi cu Rwanda .

R Flow hakaba haheze amasaha agera kuri idwi (7) ashize hanze indirimbo yise
’’Low Key ’’, aho iyo ndirimbo yayikorane numwigeme akomeye cane mu Burundi azwi kw’izina rya Vania Ice .

Vania Ice akaba arumuririvyikazi wu murundi abikora neza cane ndetse afise indirimbo nziza cane ndetse zakuzwe nabenshi .

R Flow na Vania Ice bakaba bahejeje gushira hanze indirimbo yabo yambere barikumwe bise ’’Low Key’’ , iyo ndirimbo ikaba yasohokanye namasanamu meza cane .

Genesisbizz

Related Articles

Ibitekerezo

  • - habincuti eric

    kbs nimukomeze mutwika murarenze

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO