BURUNDI:Sailo soldier boy aherutse gushira ahabona indirimbo yise ’’Ingabo’’

Sailo soldier boy aherutse gushira ahabona indirimbo yise ’’Ingabo’’ Ni sailo soldier boy asazwe arumuririvyi w’umurundi akaba ari numusirikare w’igihugu cu Burundi .
Aho uyo muririvyi ariko arakora ibishoboka vyose kugira igihugu ciwe gishike kure .
Aho amaze gukora ibikorwa vyishi cane ,binamushikana kure , aho novuga yuko mumwuga w’umuziki wiwe kuva atangura atarakorana n’uwundi muririvyi bikaba bitangaza benshi kurugero agezeko .
Sailo soldier boy aho yashize hanze indirimbo ’’Ingabo ’’akaba ari indirimbo ikoranye ubuhinga bukomeye cane .