UBURUNDI:Sat b yaraye arose agashimwe kumuririvyi wu mwaka

Sat b yaraye arose agashimwe kumuririvyi wu mwaka kuruhande rwu Burundi kakaba katazwe na ’’East Africa Arts Entertainment Awards”.

Sat-B yaraye aronse agashimwe k’umuririmvyi w’umwaka mu karere ka afrika y’ubuseruko ku ruhande rw’uburundi.

Ako gashimwe akaba yakaronse cokimwe na Diamond Platnumz ku ruhande rwa Tanzania, The Ben ku ruhande rw’Urwanda, Fally Ipupa ku ruhande rwa Congo-RDC, Eddy Kenzo ku ruhande rwa Ouganda hamwe na OTILE BROWN ku ruhande rwa Kenya.
Ubwo bushimwe bukaba bwatanzwe na “East Africa Arts Entertainment Awards”

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO