UBURUNDI:Satb yatangaje ko agiye gushira hanze indirimbo yise ’’Imodokari’’

Satb yatangaje kahava ashira ahabona yandirimbo ’’Imodokari ’’ Satb numwe mubaririvyi babarundi babikora neza cane , aho asazwe akomoka muri province Bujumbura .

Satb novuga yuko ari mubaririvyi batatu bambere muburundi bakuzwe cane , aho novuga yuko biva kubikorwa amaze gukora .

Satb abenshi bari bamukumbuye kubera yaramaze imisi ataboneka muri music , aho hari haheze amezi atatu ashize hanze indirimbo yise ’’Dawa’’ ,iyo ndirimbo ikaba yarashitse Kure hashoboka .

Satb akaba arumwe mubaririvyi bambere muburundi basazwe bafise ababakurikirana benshi cane kumbuga zigiye zitandukanye.

Satb aho amaze gukora amateka menshi mumuziki wu Burundi ,aho ari wambere yakwije Miliyoni imwe yabayirebye mumisi mike kurubuga rwa YouTube , ivyo vyatumye mumakungu aboneka kariwe kizigenza mumuziki ndundi .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO