UBURUNDI:The max wanyawe yashize hanze amasanamu y’indirimbo ’’Ngerageza’’

The max wanyawe numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu c’uburundi , aho novuga yuko asazwe akorera umuziki mugihugu kibanyi ca Kenya .

The max wanyawe bikaboneka neza kwariko arakora bikomeye cane , kuburyo hari haheze ukwezi ashize hanze indirimbo yiwe yise ’’Viagra’’.

The max wanyawe akaba arumuririvyi avuga yuko yaciye mubuzima bugoye bivanye nuko yakuze .

The max wanyawe akaba yashize hanze indirimbo irikumwe n’amasanamu yise ’’Ngerageza’’ , aho ari indirimbo ifise amasanamu meza cane bivanye nuko iteye .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO