The max wanyawe yashize hanze indirimbo yise ’’Viagra’’

The max wanyawe yashize hanze indirimbo irikumwe n’amasanamu aho yayise ’’Viagra’’

The max wa nyawe nI umuririvyi akiri muto akomoka mu gihugu cu Burundi ,akaba asazwe akorera umuziki mu gihugu ca Kenya .

The max wanyawe aho hari haheze amezi abiri aduhaye indirimbo yise ’’Mfata’’ ,aho iyo ndirimbo yashitse ahantu hagiye hatandukanye .

The max wa nyawe akavuga karumwe mu baririvyi vyagoye gushika aho ageze ubu , aho avuga yuko arumwe mu bana babaye mwibarabara ,akabura uwumufasha , akabura ico afungura , ariko yaje kuronka uwumufasha .

The max wanyawe akaba yaciye aronka uburyo bwo gushira hanze indirimbo yari yaranditse ,kugeza ubu akaba ariko arabikora neza.

The max wanyawe akaba yashize hanze indirimbo yise ’’Viagra’’ , aho yayishize hanze irikumwe n’amasanamu meza cane .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO