Tomson the voice ejo haheze yanezereje abakunzi b’umuziki ndundi kuri la guinguette muri jardin public

Tomson the voice numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cu Burundi , aho novuga yuko afise ibikorwa vyinshi vyashitse kure ndetse avyitwaramwo neza mugihugu cu Burundi

Tomson the voice aho afise indirimbo arikumwe numuririvyi wumurundi abikora neza aho azwi kw’izina rya Double Jay ari muri Biliman boy , iyo ndirimbo ikaba yakuzwe nabenshi cane .

Aho Tomson the voice yavinyijwe biranka , muga we ntiyacitse inkokora yagumye akorana inguvu kugira ashikane impano yiwe Kure .

Tomson yakoze indirimbo zitari nke zakuzwe nabenshi ndetse akorana nabaririvyi benshi bakomeye cane mu Burundi .

Tomson the voice ejo haheze aho yanezereje abakunzi bumuziki ndundi kuri la guinguette kuri jardin public, aho abenshi yabatangaje bivanye nivyo yahakoreye .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO