BURUNDI:Tomson the voice yashize hanze indirimbo yise ’’OKay’’

Tomson the voice numwe mubaririvyi babikora neza cane ,
aho asazwe arumurundi .

Tomson the voice aho hari haheze amezi agera kuri 5 (5 mois) ashize hanze indirimbo yise ’’Staylon’’.

Aho iyo ndirimbo yakiriwe nabatari bake ndetse ishika na kure , Tomson the voice ubu akaba yaje n’indirimbo sha ndetse ikozwe neza .

Aho amasanamu yakozwe na John elart ,aho novuga yuko John elart ariko aravyitwaramwo neza murino misi .

Ubu akaba yaje n’indirimbo yise ’’Okay’’ agasaba abakunzi b’umuziki ndundi kumushigikira kugira ashike kure .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO