UBURUNDI:Tresor Shujaa na Eddy Ndeana baheruka gushira hanze indirimbo bise ’’Ubuntu’’

Haheze iminsi munani abana bakiri bato Tresor shujaa na Eddy Ndeana bashize hanze indirimbo bise ’’Ubuntu’’ ni indirimbo iri mu mudiho wa gospel.

Tresor Shujaa na Eddy Ndeana nabana bakiri bato cane ,aho bakomoka mugihugu cu Burundi , aho novuga ko baririmba mumudiho wa gospel .

Gospel mu Burundi numudiho novuga yuko biboneka neza kobiriko biraza , urabiye kuru rwaruka aho bakoze indirimbo nziza cane ,aho mu Burundi Gospel idakunda gushirwa hejuru ,cokimwe niyindi midiho .

Abo bana bakaba basaba ubufasha kubantu batandukanye , kugira bashike kure hashoboka .

Aho novuga yuko haheze imisi munani bashize hanze iyo ndirimbo bise ’’Ubuntu’’ akaba arindirimbo ikozwe mubuhinga butangaje cane , bakaba basaba ubufasha kugira bashikane impano zabo kure .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO