UBURUNDI:Treyzo na Rappyboy bagiye gushira ahabona indirimbo nsha barikumwe na Berry music

Treyzo & Rappyboy bamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kobagira baze n’indirimbo sha, Treyzo na Rappyboy nibamwe mubaririvyi bakomoka mu gihugu cu Burundi , aho Berry music nawe asazwe akomoka mugihugu cu Burundi .

Treyzo na Rappyboy Bakaba bavukana , aho novuga yuko bari bamaze imisi bataboneka Ubu ngubu bakaba bamenyeshe kobagira babazanire indirimbo sha .

Treyzo na Rappyboy aho bamenyekanye cane kundirimbo bise ’’Nogufa noku yooo’’ ,Ubu bakaba bagira baze n’indirimbo shasha ,aho bazoba barikumwe na Berry music .

Berry music aho yamenyekanye cane kundirimbo nyishi cane , aho novuga cane nkomugihugu cu Rwanda .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO