UBURUNDI:Alvin Smith ashize ahabona amasanamu y’indirimbo ’’So fire’’

Alvin Smith ahejeje gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ’’So fire’’ aho arikumwe numwe mubaririvyikazi babarundi abikora neza azwi kw’izina rya Mow’kanzie.
Alvin Smith numwe mubaririvyi babikora neza , aho asazwe akomoka mugihugu cu Burundi, Alvin Smith akaba arumwe mubaririvyi babarundi bariko babikora neza murino misi.
Mow’kanzie ni umwigeme ukoranye na Alvin Smith hakaba hariho niyindi ndirimbo bakoranye ,yashitse Kure cane hashoboka , aho novuga yuko Mow’kanzie afise ibikorwa vyashitse kure hashoboka , aho nimugihe mubaririvyikanzi babarundi aza mubambere babikora neza .