UBURUNDI:Alvin smith aho yaraye ashize ahabona amasanamu y’indirimbo yise ’’Jegeza ingidi’’

Alvin smith aho yashize amasanamu y’indirimbo ’’Jegeza ingidi’’, asazwe akomoka mugihugu cu Burundi , aho asazwe ari numuririvyi akomeye cane .
Alvin smith aho asazwe afise ibikorwa vyinshi vyashitse kure , ndetse akaba asazwe afise nimpano nyishi zikomeye.
Aho Alvin smith asazwe aru mukinyi wa film , umumenyeshamakuru, umuririvyi ..... Ndetse nibindi bigiye bitandukanye .
Alvin smith yaraherutse gushira hanze amasanamu y’indirimbo ’’So fine’’ , aho yarikumwe numuririvyikazi akomeye cane mugihugu cu Burundi azwi kw’izina rya Mow’kanzie .
Aho Alvin smith ubu yaciye abazanira amasanamu y’indirimbo ’’Jegeza ingidi’’.