Chris Brown yisanze agomba kwishyura akayabo k’amafaranga nyuma yo kwerekana...
- 31/01/2023 saa 12:56
Big fizzo numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cu Burundi , aho social mula nawe asazwe akomoka mugihugu cu Rwanda .
Abo baririvyi aho novuga yuko Bose bafise izina rikomeye cane , aho novuga yuko bafise nibikorwa vyakuzwe cane hirya nohino .
Aho Big fizzo na Social mula bafitanye indirimbo bise ’’Hasange’’ aho iyo ndirimbo yashitse Kure cane hashoboka.
Big fizzo aho yagize ati: Social mula ndagukunda cane ,
social mula nawe ati: ati nanje ndagukunda , ati kuko wamfashije ntaraba umuririvyi akomeye ,ariko nawe warufise izina rikomeye ,aca arenzako ijambo ati mwarakoze cane mukuru wanje Big fizzo .
Abo baririvyi Bakaba berekanye urukundo rukomeye cane ,aho biboneka neza koboba bafitanye indirimbo muri studio .