UBURUNDI:Blayzo Mamelody agiye gushira ahabona indirimbo nshasha
- by McBlizzo
- 10/10/2022 saa 12:31

Blayzo Mamelody agiye Gushira ahabona indirimbo Nshasha Yise Paracetamol inyuma yo kubazimana iyo yose EMOSSION ibikora neza.
Blayzo N’umuririmvyi Yamuka Muntara ya Makamba Aho bita NyanzaLac I Burundi asanzwe ahurIkiye Muri Label ya MT Money Canke Team Money irongowe nuwitwa Travis.
Yakoze Indirimbo nyinshi harimwo Iyo yise Romentic ,Emossion n’izindi ubu agarutse kunguvu zidasanzwe ku ndirimbo yise Paracetamol akasohoka uyu munsi wambere igenekerezo rya 10/10 .
N’umuririmvyi W’umurundi afise impano itangaje nkuko tubikesha bamwe mubamukurikirana Umva Iyo yise Emotion