UBURUNDI:Dany lo yashize hanze amasanamu y’indirimbo ’’Shuta’’ aho arikumwe na Chris Mb

Ni Dany lo na Chris Mb bashize ahabona amasanamu y’indirimbo ’’Shuta’’ kumusi wejo mumasaha y ’ijoro.
Aho iyo ndirimbo yayikorananye numuririvyi azwi kw’izina rya Chris MB , aho uyo muririvyi asazwe akomeye mugihugu cu Burundi .
Aho Dany lo kuva avuye muri Best life music ,yaciye atangurira kundirimbo yise ’’Come down’’ iyo ndirimbo ikaba yarakuzwe henshi hagiye hatandukanye .
Aho indirimbo yashize hanze kumusi wejo ,aho ubona neza ko ifise amasanamu meza cane , aho yakozwe numwe mubahinga mugukora amasanamu azwi kw’izina rya John Elart.