UBURUNDI:Don dada aje n’indirimbo shasha ’’Shuta’’

Don dada aho yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira abazanire indirimbo yise ’’Shuta’’ arikumwe na Chris Mb
Ni Don dada asazwe akomoka mugihugu cu Burundi, aho novuga yuko arumuririvyi amaze gushika kure.
Don dada aho novuga yuko yatanguye kuririmbira muri Team ya Best life music ,aho yaciye abavamwo aja kwikorana , aho nimugihe iyo team yarigeze kure cane hashoboka .
Aho bari bamaze kugera kubintu vyinshi bitandukanye , iyo iranaja muri management ya Empire avenue isazwe irimwo abaririvyi bakomeye cane ,Don dada yaje kuva mwiyo team aca ashira hanze indirimbo yise ’’Come down ’’ iyo ndirimbo irabica biracika mugihugu cu Burundi .
Ubu ngubu Don dada hari haheze igihe kinini ari mugacerere , Ubu ngubu akaba abazaniye ’’Shuta ’’ arikumwe na Chris MB .